Yeremiya 40:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Nuko Gedaliya mwene Ahikamu, Ahikamu mwene Shafani arabarahira, bo hamwe n’ingabo zabo ati: «Ntimutinye gukorera Abakaludaya. Nimube mu gihugu mukorere umwami wa Babiloni, bizoheza bibagendere neza+.
9 Nuko Gedaliya mwene Ahikamu, Ahikamu mwene Shafani arabarahira, bo hamwe n’ingabo zabo ati: «Ntimutinye gukorera Abakaludaya. Nimube mu gihugu mukorere umwami wa Babiloni, bizoheza bibagendere neza+.