-
Yeremiya 40:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Abayuda bose bari i Mowabu, mu Bamoni, i Edomu n’abari mu bindi bihugu vyose, na bo nyene bumva ko umwami wa Babiloni hari abo yari yasize mu Buyuda be n’uko yari yabajeje Gedaliya mwene Ahikamu, Ahikamu mwene Shafani.
-