Yeremiya 41:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Baca bahitana abagabo bose, baja kurwanya Ishimayeli mwene Netaniya, bamusanga hafi y’amazi menshi* i Gibeyoni.
12 Baca bahitana abagabo bose, baja kurwanya Ishimayeli mwene Netaniya, bamusanga hafi y’amazi menshi* i Gibeyoni.