-
Yeremiya 41:16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
16 Yohanani mwene Kareya n’abakuru bose b’ingabo bari kumwe na we, bagarukana abantu bari basigaye bakuwe i Mizipa. Babarokoye babakuye kuri Ishimayeli mwene Netaniya aho amariye kwica Gedaliya+ mwene Ahikamu. Bagarukanye abagabo, abasoda, abagore, abana n’abakozi bo ku kirimba, babakuye i Gibeyoni.
-