-
Yeremiya 42:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Na bo bishura Yeremiya bati: «Yehova nabe icabona c’ukuri kandi cizigirwa kitwagiriza, nitutakora neza na neza nk’uko Yehova Imana yawe azoba adutegetse gukora abicishije kuri wewe.
-