Yeremiya 42:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Yeremiya ahamagara rero Yohanani mwene Kareya n’abakuru bose b’ingabo bari kumwe na we, ahamagara n’abantu bose kuva ku muto gushika ku mukuru+.
8 Yeremiya ahamagara rero Yohanani mwene Kareya n’abakuru bose b’ingabo bari kumwe na we, ahamagara n’abantu bose kuva ku muto gushika ku mukuru+.