-
Yeremiya 44:25Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze ati: “Ivyo mwe n’abagore banyu mwavuze n’akanwa kanyu mwarabikoze n’amaboko yanyu. Mwavuze muti: ‘Tuzoshitsa vy’ukuri indagano twagize zo gushikanira ibimazi umwamikazi w’ijuru* no kumusukira amashikanwa y’ibinyobwa+.’ Yemwe bagore, muzoshitsa vy’ukuri indagano zanyu, mukore ivyo mwaraganye.”
-