Yeremiya 44:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ngira ndabagumizeko ijisho kugira ndabateze ivyago aho kubagirira neza+. Kandi abantu bose bo mu Buyuda bari mu gihugu ca Misiri bazokwicwa n’inkota n’inzara, gushika bazimanganye+.
27 Ngira ndabagumizeko ijisho kugira ndabateze ivyago aho kubagirira neza+. Kandi abantu bose bo mu Buyuda bari mu gihugu ca Misiri bazokwicwa n’inkota n’inzara, gushika bazimanganye+.