Yeremiya 46:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 “Ndirahiye jewe Imana nzima”, ni ko jewe Umwami yitwa Yehova Nyeningabo mvuze:“Azoza* ameze nka kurya kwa Tabora+ mu misozi,nka Karumeli+ hafi y’ikiyaga.
18 “Ndirahiye jewe Imana nzima”, ni ko jewe Umwami yitwa Yehova Nyeningabo mvuze:“Azoza* ameze nka kurya kwa Tabora+ mu misozi,nka Karumeli+ hafi y’ikiyaga.