Yeremiya 48:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Kubera ko wizigira ibikorwa vyawe n’amatunga yawe,na wewe uzofatwa. Kandi imana Kemoshi+ izojanwa mu bunyagano,ijane n’abaherezi bayo n’abatware bayikorera.
7 Kubera ko wizigira ibikorwa vyawe n’amatunga yawe,na wewe uzofatwa. Kandi imana Kemoshi+ izojanwa mu bunyagano,ijane n’abaherezi bayo n’abatware bayikorera.