Yeremiya 49:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Kubera iki wiratira ibiyaya,ukiratira ikiyaya cawe cimbuka*, ewe mukobwa w’igihemu,wizigira amatunga yawe,ukavuga uti: ‘Ni nde azoza kuntera?’”»
4 Kubera iki wiratira ibiyaya,ukiratira ikiyaya cawe cimbuka*, ewe mukobwa w’igihemu,wizigira amatunga yawe,ukavuga uti: ‘Ni nde azoza kuntera?’”»