Yeremiya 49:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Kuko Yehova avuze ati: «Raba! Ko abataciriwe urubanza rwo kunywa ku gikombe bategerezwa kukinywako, wumva weho wogenda udahanywe na gato? Ntuzogenda udahanywe, kuko utegerezwa kukinywako+.»
12 Kuko Yehova avuze ati: «Raba! Ko abataciriwe urubanza rwo kunywa ku gikombe bategerezwa kukinywako, wumva weho wogenda udahanywe na gato? Ntuzogenda udahanywe, kuko utegerezwa kukinywako+.»