Yeremiya 49:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Kurya vyagenze igihe Sodomu na Gomora n’ibisagara bibanyi vyatikizwa+», ni ko Yehova avuze, «nta n’umwe azobayo, kandi nta muntu azokwimukirayo+. Yeremiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 49:18 Yeremiya, rup. 163-164
18 Kurya vyagenze igihe Sodomu na Gomora n’ibisagara bibanyi vyatikizwa+», ni ko Yehova avuze, «nta n’umwe azobayo, kandi nta muntu azokwimukirayo+.