-
Yeremiya 49:29Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
29 Amahema yabo n’amasho yabo bizotwarwa,
hamwe n’ibitambara vy’amahema yabo n’ibintu vyabo vyose.
Ingamiya zabo zizotwarwa.
Abantu bazosemerera bababwira bati: “Hari ubwoba irya n’ino!”»
-