-
Yeremiya 49:31Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
31 «Nimuhaguruke muje gutera ihanga ryifitiye amahoro,
ryibereye mu mutekano», ni ko Yehova avuze.
«Nta marembo canke ivyugazo rifise. Bibera ukwa bonyene.
-