Yeremiya 49:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 «Nzoshinga intebe yanje y’ubwami i Elamu+, kandi nzorandurayo umwami n’abatware», ni ko Yehova avuze.
38 «Nzoshinga intebe yanje y’ubwami i Elamu+, kandi nzorandurayo umwami n’abatware», ni ko Yehova avuze.