Yeremiya 50:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Bakoresha umuheto n’agacumu+. Ni ba ruburakigongwe kandi ntibazogira imbabazi+. Iyo bariko bagendera ku mafarasi,urwamo rwabo rumeze nk’ukuroha kw’ikiyaga+. Batonze urugamba nk’umuntu umwe kugira ngo bakurwanye, ewe mukobwa wa Babiloni+!
42 Bakoresha umuheto n’agacumu+. Ni ba ruburakigongwe kandi ntibazogira imbabazi+. Iyo bariko bagendera ku mafarasi,urwamo rwabo rumeze nk’ukuroha kw’ikiyaga+. Batonze urugamba nk’umuntu umwe kugira ngo bakurwanye, ewe mukobwa wa Babiloni+!