-
Yeremiya 51:46Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
46 Ntimuranduke umutima canke ngo mutinye kubera inkuru izokwumvikana mu gihugu.
Muri uyu mwaka hazoza iyi nkuru,
mu wukurikira haze iyindi,
inkuru y’ubukozi bw’ikibi mu gihugu, n’iy’abatware batana mu mitwe.
-