Yeremiya 52:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Nuko mu mwaka ugira icenda Zedekiya aganza, ku musi ugira cumi w’ukwezi kugira cumi, Nebukadinezari* umwami wa Babiloni azanana n’ingabo ziwe zose gutera Yeruzalemu. Bakambika hafi y’ico gisagara, bubaka irya n’ino yaco uruzitiro rwo kuhatera+.
4 Nuko mu mwaka ugira icenda Zedekiya aganza, ku musi ugira cumi w’ukwezi kugira cumi, Nebukadinezari* umwami wa Babiloni azanana n’ingabo ziwe zose gutera Yeruzalemu. Bakambika hafi y’ico gisagara, bubaka irya n’ino yaco uruzitiro rwo kuhatera+.