Yeremiya 52:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Nayo ku bijanye na za nkingi zibiri, ca gitangi citwa Ikiyaga, za mpfizi 12 z’umujumpu+ zari munsi y’ico gitangi, na ya mashareti umwami Salomo yari yarakoreye inzu ya Yehova, nta washobora gupima umujumpu wari kuri ivyo bintu vyose.
20 Nayo ku bijanye na za nkingi zibiri, ca gitangi citwa Ikiyaga, za mpfizi 12 z’umujumpu+ zari munsi y’ico gitangi, na ya mashareti umwami Salomo yari yarakoreye inzu ya Yehova, nta washobora gupima umujumpu wari kuri ivyo bintu vyose.