Yeremiya 52:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ku bijanye n’izo nkingi, imwe yose yareha n’intambwe* 18, kandi kugira uyikikuze vyasaba umugozi w’intambwe 12+. Intimbatimba yayo yangana n’ubwaguke bw’intoke* zine, kandi yari ifise umuheha hagati.
21 Ku bijanye n’izo nkingi, imwe yose yareha n’intambwe* 18, kandi kugira uyikikuze vyasaba umugozi w’intambwe 12+. Intimbatimba yayo yangana n’ubwaguke bw’intoke* zine, kandi yari ifise umuheha hagati.