-
Yeremiya 52:25Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Afata umukozi wo ku kirimba yagaba abasoda amukuye mu gisagara, ahafatira n’abagabo indwi b’abishikira ku mwami. Afata n’umunyamabanga w’umukuru w’ingabo, ari na we yatumako abinjira mu gisoda. Afata n’abagabo 60 bo mu banyagihugu batobato bari bakiri mu gisagara.
-