Yeremiya 52:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Mu mwaka ugira 23 Nebukadinezari* aganza, Nebuzaradani umukuru w’abacungera umwami yatwaye mu bunyagano Abayuda 745+. Abantu bose bajanywe mu bunyagano bari 4.600.
30 Mu mwaka ugira 23 Nebukadinezari* aganza, Nebuzaradani umukuru w’abacungera umwami yatwaye mu bunyagano Abayuda 745+. Abantu bose bajanywe mu bunyagano bari 4.600.