-
Yeremiya 52:33Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
33 Nuko Yehoyakini akura impuzu zo mw’ibohero, atangura kuza arasangira n’umwami imisi yose y’ubuzima bwiwe.