Gucura intimba 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Yuda* yajanywe mu bunyagano+ ari mu marushwa, arembejwe n’ubushumba bukaze+. Yabwirijwe kuba mu mahanga+. Nta hantu ho kuruhukira afise. Abamwirukako* bose bamuhambirije mu marushwa.
3 Yuda* yajanywe mu bunyagano+ ari mu marushwa, arembejwe n’ubushumba bukaze+. Yabwirijwe kuba mu mahanga+. Nta hantu ho kuruhukira afise. Abamwirukako* bose bamuhambirije mu marushwa.