Gucura intimba 1:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ivyo bintu ni vyo biriko birandiza+. Amaso yanje atemba amosozi. Uwo wese yari kumpoza canke kumpembura ari kure yanje. Abana banje nta cizigiro bafise kuko umwansi yatsinze.
16 Ivyo bintu ni vyo biriko birandiza+. Amaso yanje atemba amosozi. Uwo wese yari kumpoza canke kumpembura ari kure yanje. Abana banje nta cizigiro bafise kuko umwansi yatsinze.