Gucura intimba 1:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ewe Yehova, raba, kuko ngeze habi cane. Mu nda* haradobanganye. Umutima wanje wacuramiye muri jewe kuko nagararije+ ndaherezako. Hanze inkota irahekura+, mu nzu na ho ni urupfu.
20 Ewe Yehova, raba, kuko ngeze habi cane. Mu nda* haradobanganye. Umutima wanje wacuramiye muri jewe kuko nagararije+ ndaherezako. Hanze inkota irahekura+, mu nzu na ho ni urupfu.