Gucura intimba 2:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Abashingantahe b’umukobwa wa Siyoni bicaye hasi bacereje+. Biyorerako umukungugu ku mutwe, bakambara amagunira+. Abigeme b’isugi ba Yeruzalemu bunamitse umutwe gushika hasi.
10 Abashingantahe b’umukobwa wa Siyoni bicaye hasi bacereje+. Biyorerako umukungugu ku mutwe, bakambara amagunira+. Abigeme b’isugi ba Yeruzalemu bunamitse umutwe gushika hasi.