Gucura intimba 2:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Amaso yanje aruhishijwe no gukorora amosozi+. Mu nda* haradobanganye. Igitigu canje casutswe hasi, kubera ugusenyuka kw’umukobwa* w’abantu b’iwacu+,kubera abana n’inzoya bagwa bakarabira mu bibanza rusangi vyo mu gisagara+.
11 Amaso yanje aruhishijwe no gukorora amosozi+. Mu nda* haradobanganye. Igitigu canje casutswe hasi, kubera ugusenyuka kw’umukobwa* w’abantu b’iwacu+,kubera abana n’inzoya bagwa bakarabira mu bibanza rusangi vyo mu gisagara+.