Gucura intimba 2:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mbega noguha akarorero nyabaki?Ndakugereranye n’iki ga mukobwa wa Yeruzalemu? Ndakugereranye n’iki kugira ndaguhoze, ga mukobwa w’isugi wa Siyoni? Kuko ugusenyuka kwawe ari kunini cane nk’ikiyaga+. Ni nde yogukiza+?
13 Mbega noguha akarorero nyabaki?Ndakugereranye n’iki ga mukobwa wa Yeruzalemu? Ndakugereranye n’iki kugira ndaguhoze, ga mukobwa w’isugi wa Siyoni? Kuko ugusenyuka kwawe ari kunini cane nk’ikiyaga+. Ni nde yogukiza+?