Ezekiyeli 1:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ayo mapine n’ukuntu akozwe, wamengo arakayangana nk’ibuye rya kirizolito, kandi yose uko ari ane yarasa. Uravye uko yasa n’ukuntu akozwe, wamengo ipine ryinjira mu rindi*.
16 Ayo mapine n’ukuntu akozwe, wamengo arakayangana nk’ibuye rya kirizolito, kandi yose uko ari ane yarasa. Uravye uko yasa n’ukuntu akozwe, wamengo ipine ryinjira mu rindi*.