Ezekiyeli 1:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Igihe cose ivyo binyabuzima bigiye ahantu, ayo mapine yajana na vyo, kandi ivyo binyabuzima bidugijwe bikava kw’isi, n’ayo mapine yaraduga+.
19 Igihe cose ivyo binyabuzima bigiye ahantu, ayo mapine yajana na vyo, kandi ivyo binyabuzima bidugijwe bikava kw’isi, n’ayo mapine yaraduga+.