Ezekiyeli 4:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 N’amazi uzoyanywa ku gipimo: ica gatandatu ca hini*. Uzoza urayanywa ku masaha.