Ezekiyeli 4:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Yehova abandanya kuvuga ati: «Ukwo ni ko Abisirayeli bazorya umukate wabo uhumanye bari mu mahanga nzobashwiragizamwo+.»
13 Yehova abandanya kuvuga ati: «Ukwo ni ko Abisirayeli bazorya umukate wabo uhumanye bari mu mahanga nzobashwiragizamwo+.»