Ezekiyeli 5:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ababa iwawe nzobarungikako ya myampi yica y’inzara, ibahonye. Iyo myampi nzorungika izobamara+. Nzotuma mubura ibifungurwa*, kugira inzara ibamerere nabi+.
16 Ababa iwawe nzobarungikako ya myampi yica y’inzara, ibahonye. Iyo myampi nzorungika izobamara+. Nzotuma mubura ibifungurwa*, kugira inzara ibamerere nabi+.