Ezekiyeli 6:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Umukama Segaba Yehova avuze ati: “Kubita amashi ku yandi wongere udide ikirenge, ucure intimba kubera ibintu vyose bibi kandi bishisha Abisirayeli bakoze, kuko bazokwicwa n’inkota, inzara n’ikiza+.
11 Umukama Segaba Yehova avuze ati: “Kubita amashi ku yandi wongere udide ikirenge, ucure intimba kubera ibintu vyose bibi kandi bishisha Abisirayeli bakoze, kuko bazokwicwa n’inkota, inzara n’ikiza+.