Ezekiyeli 7:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Bambaye amagunira+, bafatwa* n’ukujugumira. Bose bazomaramara, kandi imitwe yose izogira ubuhanza*+.
18 Bambaye amagunira+, bafatwa* n’ukujugumira. Bose bazomaramara, kandi imitwe yose izogira ubuhanza*+.