Ezekiyeli 7:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Nzobakurako amaso nirabire hirya+. Bazohumanya ikibanza canje cihishije*, kandi abambuzi bazokwinjirayo bagihumanye+.
22 Nzobakurako amaso nirabire hirya+. Bazohumanya ikibanza canje cihishije*, kandi abambuzi bazokwinjirayo bagihumanye+.