Ezekiyeli 8:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ndiko nditegereza mbona ishusho y’umuntu igomba gusa n’umuriro. Munsi y’ahokwitwa ko ari mu kiyunguyungu ciwe hari umuriro+. Guhera mu kiyunguyungu kuduga na ho, yarakaka nk’ugukayangana kw’uruvange rw’inzahabu n’ifeza*+.
2 Ndiko nditegereza mbona ishusho y’umuntu igomba gusa n’umuriro. Munsi y’ahokwitwa ko ari mu kiyunguyungu ciwe hari umuriro+. Guhera mu kiyunguyungu kuduga na ho, yarakaka nk’ugukayangana kw’uruvange rw’inzahabu n’ifeza*+.