Ezekiyeli 8:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Araheza ambwira ati: «Mwana w’umuntu, ndakwinginze uraramure amaso urabe mu buraruko.» Ndaheza ndaramura amaso ndaba mu buraruko, maze mu buraruko bw’irembo ry’igicaniro ndahabona ico gishusho* c’ishari, mu bwinjiriro.
5 Araheza ambwira ati: «Mwana w’umuntu, ndakwinginze uraramure amaso urabe mu buraruko.» Ndaheza ndaramura amaso ndaba mu buraruko, maze mu buraruko bw’irembo ry’igicaniro ndahabona ico gishusho* c’ishari, mu bwinjiriro.