Ezekiyeli 8:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ambwira kandi ati: «Mwana w’umuntu, urabona ivyo bintu? Uraza kubona n’ibindi bintu bishisha, vy’akamaramaza kuruta ivyo+.»
15 Ambwira kandi ati: «Mwana w’umuntu, urabona ivyo bintu? Uraza kubona n’ibindi bintu bishisha, vy’akamaramaza kuruta ivyo+.»