Ezekiyeli 9:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mwice mwongere muhonye abatama, abasore, abigeme b’isugi, abana bato n’abagore+. Mugabo umuntu wese ariko ikimenyetso ntimumwegere+. Muhere ahantu hanje heranda+.» Nuko bahera ku bashingantahe bari imbere y’urusengero+.
6 Mwice mwongere muhonye abatama, abasore, abigeme b’isugi, abana bato n’abagore+. Mugabo umuntu wese ariko ikimenyetso ntimumwegere+. Muhere ahantu hanje heranda+.» Nuko bahera ku bashingantahe bari imbere y’urusengero+.