Ezekiyeli 10:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ndiko nditegereza, mbona hejuru y’ikirere cari hejuru y’imitwe y’abakerubi hari ikintu kimeze nk’ibuye rya safiro hejuru yabo. Cari gifise ishusho imeze nk’intebe y’ubwami+.
10 Ndiko nditegereza, mbona hejuru y’ikirere cari hejuru y’imitwe y’abakerubi hari ikintu kimeze nk’ibuye rya safiro hejuru yabo. Cari gifise ishusho imeze nk’intebe y’ubwami+.