-
Ezekiyeli 10:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Maze ategeka wa mugabo yambaye impuzu yo mu gitambara ciza ati: «Tora umuriro hagati y’ayo mapine, hagati y’abakerubi.» Aca arinjira, ahagarara iruhande y’ipine.
-