Ezekiyeli 10:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Abo bakerubi baduza rero amababa yabo, bava kw’isi ndorera. Igihe bagenda, ya mapine na yo nyene yari iruhande yabo. Bahagarara imbere y’irembo ry’inzu ya Yehova ryo mu buseruko, kandi ubuninahazwa bw’Imana ya Isirayeli bwari hejuru yabo+.
19 Abo bakerubi baduza rero amababa yabo, bava kw’isi ndorera. Igihe bagenda, ya mapine na yo nyene yari iruhande yabo. Bahagarara imbere y’irembo ry’inzu ya Yehova ryo mu buseruko, kandi ubuninahazwa bw’Imana ya Isirayeli bwari hejuru yabo+.