Ezekiyeli 10:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ivyo ni vya binyabuzima* nari nabonye munsi y’intebe y’ubwami y’Imana ya Isirayeli ku ruzi Kebari+. Ndaheza menya yuko bari abakerubi.
20 Ivyo ni vya binyabuzima* nari nabonye munsi y’intebe y’ubwami y’Imana ya Isirayeli ku ruzi Kebari+. Ndaheza menya yuko bari abakerubi.