Ezekiyeli 10:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Vyose uko ari bine vyari bifise mu maso hane, amababa ane, bikagira n’ibintu bisa n’amaboko nk’ay’umuntu munsi y’amababa yavyo+.
21 Vyose uko ari bine vyari bifise mu maso hane, amababa ane, bikagira n’ibintu bisa n’amaboko nk’ay’umuntu munsi y’amababa yavyo+.