-
Ezekiyeli 12:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Ewe mwana w’umuntu, tekera umuzigo wo kuja mu bunyagano, uheze uje mu bunyagano ku murango barorera. Uve mu nzu yawe uje mu bunyagano ahandi hantu barorera. Hari aho bobibona, naho ari abagarariji.
-