-
Ezekiyeli 12:16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
16 Mugabo nzotuma bakeyi muri bo bakira inkota, inzara n’ikiza, kugira ngo bavuge mu mahanga bazojamwo ibintu vyose bishisha bakora. Kandi bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova.»
-