Ezekiyeli 12:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 “‘Kuko jewe Yehova nzovuga. Ivyo nzovuga vyose bizoba, ntibizosubira kwigizwa inyuma+. Mu gihe canyu+ ga yemwe bagarariji, ico nzovuga nzogishitsa’, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”»
25 “‘Kuko jewe Yehova nzovuga. Ivyo nzovuga vyose bizoba, ntibizosubira kwigizwa inyuma+. Mu gihe canyu+ ga yemwe bagarariji, ico nzovuga nzogishitsa’, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”»